BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
'Ntihagire Umunyapolitike n'umwe arota yiba ingoma' – Aya majambo ya Ndayishimiye yavuye kuki?
Ijambo Perezida w’Uburundi yavugiye mu musi mukuru w’imbonerakure ku wa gatandatu ririko rivugisha abatari bake ku mbuga ngurukanabumenyi na nyagiro, aho bamwe bibaza ico yashatse kuvuga n'igituma.
N'imiburiburi 37 barapfuye, abandi amajana barimurwa inyuma y'igitero cagabwe ku bubiko bw'ibirwanisho i Kyiv
Hatangujwe amatohoza ku bijanye no kubika ibirwanisho vy’ingabo za Ukraine hafi y’ahaba abantu.
Miss Burundi: Bishasha mw'ihiganwa ry'uno mwaka ni ibihe?
Abajejwe gutegura Miss Burundi bavuga ko uno mwaka hari ivyo abazokwitaba iryo higanwa bazosabwa bitahora birimwo. Muri vyo harimwo urupapuro rwerekana ko badakurikiranwa n’ubutungane.
Imyuzure muri Nepal: Abarenga 600 baramaze gupfa
Iyi myuzure yatanguye ku wa gatatu izanana inguvu ziri ku rugero rudasanzwe, aho amazi avanze n'ivyondo vyinshi yashungurutse avuye mu burere buhanamye ashwara ibiyaya n'ububande, ahasanzwe hari imihana myinshi.
Burundi: Igitera imiriro mu masoko kizomenyekana ryari?
Inama nkuru y’umutekano isaba reta y’Uburundi gushiraho "akoshamusyi k'imiriyoni 500 z'amafaranga y'amarundi", azohabwa "uwo wese azotanga amakuru y'ukuri kugira hafatwe abagize uruhara mw'iturirwa ry'inyubako rusangi n'iz'ubudandaji".
Tanzania: ONU ihangayikishijwe n'iburabuzwa rigirirwa aba Maasai
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU risaba Tanzania guhagarika kuvana ku nguvu aba Maasai mu buraruko bw'ico gihugu, no kugira ico ikoze ku bivugwa ko abapolisi babahohotera.
RDC: Ibiganiro bidakumira bishobora kuba intambwe ihambaye yo kugarukana ukwizerana – Umujenama wa Trump
Umujenama wa Trump kuri Afrika Massad Boulos avuga ko yakiriye neza itangazo ry'umukuru w'igihugu wa RDC ritumako ibiganiro vyo ku rwego rw'igihugu, birimwo bose, mu ntumbero yo guteza imbere amahoro, ubumwe no kunywana mu gihugu.
Umubare w'abanyeshuri bakopeye mu kizamini cy'uyu mwaka mu Rwanda 'ntusanzwe' - Ministeri y'uburezi
Ibi bitangajwe mu gihe hari amajwi menshi y'ababyeyi binubiraga kuba abana babo batarabonye amanota yabo nyamara hashize iminsi isaga 10 Ministeri itangaje ibyavuye mu bizami.
Uganda: Umwami gakondo wa mbere muto cyane ku isi wari uri ku ngoma yapfuye ku myaka 34
Umwami Oyo yimye ingoma mu bwami bwa Tooro muri Uganda ubwo yari afite imyaka itatu.
Umubare w'abantu baburiwe irengero nyuma y'umwuzure wa Nepal wiyongereye cyane ugera hafi ku 2,000
Ikigo gishinzwe ubutabazi ku ibiza kivuga ko umubare w'abapfuye muri Nepal wageze kuri 579 , aho abandi n'ibura batanu bapfuye muri Tibet, aho 558 baburiwe irengero.
Ibintu 8 byagufasha kuba umukire
Ntibyoroshye gutangiza ubucuruzi no gutuma bugera ku ntsinzi utakoze cyane kandi ngo utekereze witonze. Ibi ni byo byabaye ishingiro ry’intsinzi yatumye bamwe mu bantu bakize cyane ku isi baba ba miliyari.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Tom Byabagamba wahoze akuriye abarinda Perezida yapfiriye muri gereza – umuryango we
Urupfu rwa Tom Byabagamba, wahoze afite ipeti rya Koloneli mu ngabo z'u Rwanda, rwemejwe na mukuru we Dr David Himbara.
Inzoga 'zitujuje ubuziranenge': Umukuru w'ikigo FDA n'abo bareganwa basabiwe gufungwa iminsi 30 y'agateganyo
Ubushinjacyaha bwavuze ko Prof Emile Bienvenu yahaye icyangombwa uruganda rwa Nyirangarama rw'umunyemari Sina Gérard kandi atabifitiye ububasha, ikirego ahakana.
Umukuru wa CIA yerekeje i Moscow mu biganiro bitari byatangajwe – ibivugwa n'ibitangazamakuru byo muri Amerika
Amakuru y'imbuga zikurikirana ingendo z'indege yemeje ko indege ya gisirikare y'Amerika ku wa kabiri yagiye mu Burusiya ivuye muri Amerika inyuze muri Latvia (Lettonie).
Icegera c'umukuru wa Tanzania Emmanuel Nchimbi 'yatangaje ko atanze imihoho'
Mw'ikete ryiwe yandikiye umukuru w'igihugu, Nchimbi yavuze ko yafashe ingingo yo kuruhuka poritike n'akazi k'igihugu.
Kagame: 'Nta kintu na kimwe u Rwanda rwigeze rwemerera u Burundi rutakoze mu kuzahura umubano w'ibihugu byombi'
Mu kiganiro yagiranye n'abanyamakuru Perezida w'uRwanda Paul Kagame yahakanye ibyavuzwe na Perezida w'u Burundi ko u Rwanda rwagiranye amasezerano n'icyo gihugu ku bantu bafitanye isano n'imvururu zo mu 2015 nyuma ntiyubahirizwa.
Intambara muri RD Congo yarangira gute?
Dr Richard Moncrieff, ushinzwe akarere k'ibiyaga bigari mu kigo mpuzamahanga cyigenga cy'ubushakashatsi ku gucyemura amakimbirane (International Crisis Group), yabwiye BBC Gahuzamiryango ukuntu asanga intambara imaze imyaka hafi itanu yongeye kubura muri DR Congo yarangira.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































